Tito 1:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ategerezwa kuba uwuzigama neza ijambo ry’ukwizera yigishijwe, kugira ngo ashobore kuremesha abandi mu vyizerwa vy’ukuri, no gutsinda abamuhaririza. Zie het hoofdstukBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 agumya ijambo ryo kwizerwa rihūra n’ukwigisha kwacu, kugira ngw abone guhanūra abantu mu kwigisha kuzima no gutsinda abamuhāririza. Zie het hoofdstuk |