Luka 1:64 - Bibiliya mu Kirundi coroshe64 Ubwo nyene akanwa kiwe gaca karuguruka, ururimi ruragoboroka, aca atangura kuvuga ahimbaza Imana. Zie het hoofdstukBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)64 Bose baratangara. Uwo mwanya akanwa kiwe karazibūka, n’ururimi rwiwe ruragobodoka, aravuga, ashima Imana. Zie het hoofdstuk |