Luka 1:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe38 Mariya aramwishura ati: “Jewe ndi umusavyikazi w’Umwami Imana, nibimbere nk’uko ubivuze.” Wa mumarayika aca amusiga aho arigira. Zie het hoofdstukBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 Mariya aramubgira, at’ Ehe nd’ umugurano w’Umwami Imana, bimbere ukw ijambo ryawe rivuzwe. Maz’ umumarayika ava ah’ ari, aragenda. Zie het hoofdstuk |