Luka 1:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Mbere na Elizabeti incuti yawe agiye kuvyara umwana mu myaka yiwe y’ubusaza. Uwahora yitwa ingumba, uku ni ukwezi kugira gatandatu yibungenze, Zie het hoofdstukBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Kand’ umve, Elisabeti mwene wanyu na we atwaye inda y’umuhungu mu butāmakazi bgiwe, uwitwa ingumba uku n’ukwezi kwiwe kwa gatandatu: Zie het hoofdstuk |