Zekariya 9:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Umufilisitiya nzomuhanagura amaraso mu kanwa, ndamukūre n’ibizira mu menyo; na we azoba indokorano ku Mana yacu, abe nk’umutware w’i Buyuda, kand’ uwo muri Ekuroni azoba nk’Umuyebusi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |