Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Zekariya 8:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Maz’ ijambo ry’Uhoraho Nyen’ ingabo rinzako,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Zekariya 8:18
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ntihakagire n’umwe muri mwebge yīgīra imigabo mu mutima wiwe yo kugirira nabi mugenzi we: kukw ivyo vyose ari vyo nanka, ni k’Uhoraho agize.


rit’ Uku ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize, at’ Ukwisonzesha kwo mu kwezi kwa kane, n’ukwo mu kwa gatanu n’ukwo mu kw’indwi n’ukwo mu kw’icumi, kuzocikira inzu ya Yuda umunezero no guhimbarwa n’imisi mikuru y’akanyamuneza: nuko rero mukunde ukuri n’amahoro.


Uku ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize, at’ Amaboko yanyu n’akomere, yemwe abumva mur’ iyi misi amajambo yavuzwe n’abavugishwa nanje bārih’ umusi itanguriro ryashirwaho ry’ingoro yanje, jewe Uhoraho Nyen’ ingabo, ni rwo rusengero, kugira ngo rwubakwe.


I Yerusalemu hār’ Abayuda bamyeho, abagabo bubaha Imana, bāri bāravuye mu mahanga yose yo musi y’ijuru.


basesa igihe ic’ ari co n’ibimenyetso vyaco, cerekanwa na Mpwemu wa Kristo yari muri bo, yavuga yātagura ivy’ imibabaro ya Kristo bitaribgabe, n’ivy’ ubgiza bg’uburyo bginshi bgagira buze buyiherukire.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ