Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Zekariya 8:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Ariko noneh’ amasigarira y’ubu bgoko sinzoyagirira nk’uko nabagiriye mu bihe vyashize, ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Zekariya 8:11
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ntazokwama ahana, Ntahorana uburake imisi yose.


Ishari ry’Abefurayimu na ryo rizoshira, n’urwanko rw’Abayuda ruzokūrwaho: Abefurayimu ntibazoba bakigirira Abayuda ishari, kand’ Abayuda ntibazoba bakigirira Abefurayimu urwanko.


Kur’ uwo musi uzovuga, ut’ Uhoraho, ndagukengurukiye, kuko naho wandakiye, uburake bgawe burahwamye, nawe uramporahoje.


Nuko none, ndabinginze, ni mwitegereze ivyabaye gushitsa uyu musi, ibuye ritaragerekwa ku rindi ku rusengero rw’Uhoraho:


Mbega har’ imbuto zikiri mu bigega? Mbere n’umuzabibu n’umusukoni n’umukomamanga n’umwelayo ntibikiruha vyama; arik’ uhereye iri zuba nzobaha umugisha.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ