Zekariya 8:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Kukw iyo misi itarashika ata ngero zāboneka z’ibikorwa vy’umuntu canke z’ivy’ inka zirima, kandi nta mahoro k’ūwinjira n’ūsohoka kubg’ abarwanizi; kuko nateranije abantu bose, umuntu wese nkamuteranya na mugenzi we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |