Zekariya 7:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 kandi ngo babonane n’abaherezi bo mu ngoro y’Uhoraho Nyen’ ingabo n’abavugishwa n’Imana, bababaze, bati Mbega dukwiye kwama turira mu kwezi kwa gatanu, twigungiye ukwacu, nk’uko twabigenza mur’ iyo myaka yose ukw ingana? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |