7 Ay’ utugajo araza, asaba kugendagenda mw isi yose; aravuga, ati Nuko ni mugende, mugendagende mw isi yose nyene. Nukw agendagenda mw isi yose.
Va hasi, ugēndūre iki gihugu iyo kiva kikagera, kukw ari wewe nzogiha.
Kand’ inyonga z’Uhoraho zinyuranganya mw isi yose hirya no hino, kugira ngo yerekane ububasha bgiwe bgo gutabara abafise imitima imutunganiye. Mu vyo wakoze ivyo, wakoze ivy’ ubupfu; nuk’ uhereye ubu uzohora ubona intambara.
Maze nca nifuza kumenya ivy’ ukuri vy’igikōko ca kane cari gifise itandukaniro na vya bindi vyose, kigatera ubgoba butavugwa, gifise imihāha y’ivyuma n’ ivyāra vy’imiringa, cātabagura kikajanjanga, ibisigaye kikabisiribangisha amajanja yaco.
Kandi ku vy’ayo mahembe cumi, mur’ ubgo bgami hazokwadukamw’ abami cumi; maze mu nyuma zabo hazoza uwundi mwami; ariko we azogira itandukaniro n’aba mbere, kand’ azonesha abami batatu.
Maze wa wundi yar’ ahagaze hagati y’imihadasi aravuga, at’ Abo n’abo Uhoraho yatumye kugendagenda mw isi yose.
Bavuduka ku musozi Hori, bajana inzira ija ku Kiyaga Gitukura kugira ngo bagendane urubibe rw’igihugu ca Edomu; abantu bīhebūzwa cane n’urwo rugendo,