Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Zekariya 6:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Umukogote ukwegwa n’amafarasi y’imifyiri ugiye mu gihugu c’i burārūko, ay’ ibitare arayakurikiye; ay’ ibibamba na yo agiye mu gihugu c’i bumanuko.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Zekariya 6:6
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Imbūri yo ku bikōko vy’i bumanuko. Baca mu gihugu c’ amagorwa n’umubabaro, ah’ intambge y’ingore n’iy’ ingabo zituruka, hakaba n’imamba n’inzoka z’ubumara buturira ziguruka, baremētse indogoba z’imikangara ivy’ ubutunzi bgabo, bashize n’ivy’ itunga ryabo ku mapfupfu y’ ingamiya, kugira ngo baje kubishikanira abantu batazobagirira ikimazi.


nzobgira i burārūko, nti Barekure, n’i bumanuko, nti Ntubīmane; zana abahungu banje ubakūye kure, n’abakobga banje ubakūye ku mpera y’isi;


nzotuma kugomora imiryango yose y’i burārūko, ni jewe Uhoraho mbivuze, kandi nzotuma no kuri Nebukadineza umwami w’i Babuloni, umusavyi wanje, mbazane ngo barwanye iki gihugu n’abakibamwo, barwanye n’aya mahanga yose agikikije; kandi nzobageseza rwose, mbahindure akajoreza, n’abo kuvuzwakw agahwa, n’iciro ry’imigani ibihe bidashira.


Mushinge ibendera aherekeye i Siyoni: muhunge mwikize, ntimutebagane: kukw ehe rāba, nzanye ivyago biturutse i burārūko, n’ukugeseza gukomeye.


Kuk’ uwo musi ar’ uw’ Umwami, ni we Uhoraho Nyen’ ingabo, ar’ umusi wo kwīhōrako, kugira ngo yīhōre abarwanizi biwe: inkota izorya ihāge, izonywa amaraso yabo ihīmbe: kuk’ Umwami, ari we Uhoraho Nyen’ ingabo, acumitira ibimazi mu gihugu c’i burārūko ku nkengera y’uruzi Efurate.


Ni ho ijuru n’isi n’ibirimwo vyose bizoririmbishwa n’umunezero wo kwitamba kuri Babuloni; kukw abanyazi bazohāzira bavuye i burārūko, ni jewe Uhoraho mbivuze.


Muhunge mwikize, mwebge Babenyamini, muve hagati muri Yerusalemu; muvugirize inzamba i Tekowa, kand’ i Beti‐hakeremu muhashire inderetsi yo gutabaza; kukw ivyago bisēsetse i burārūko, n’ukugeseza gukomeye.


Ngize ntya, mbona umuyaga w’ikirura uje uturutse i burārūko, igicu kininiya kirabagizamw’ umuriro, gikikijwe n’ibibatsi bituruka hagati muri wo, biboneka nk’ umuringa w’umujumbu, bituruka hagati mur’ uwo muriro.


Maze mu gihe c’ iherezo umwami w’i bumanuko azomutera, kand’ umwami w’i burārūko azoja kumutega ameze nk’ agashururu, azanye imikogote n’abagendera ku mafarasi n’amāto menshi; azotera ibihugu, asendanishe, abihitane.


Hanyuma uwo mwami na we azotera igihugu c’umwami w’i bumanuko, maz’ asubire mu gihugu ciwe.


Kand’ amennye ica gatatu kimatanije ca gitabo, numva ikigira gatatu mu binyabugingo, kiti Ngwino. Mbona ifarasi y’agafyiri: kand’ ūyicayeko yar’ afise umunzane mu minwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ