Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Zekariya 6:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 uwa gatatu wakwegwa n’amafarasi y’ibitare; uwa kane wakwegwa n’amafarasi y’ibibamba mu tugajo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Zekariya 6:3
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kand’ igihe umukuku war’urinze, nunamuye amaso ndi mu nzozi, ndota mbona impfizi z’impene zūrira umukuku zar’iz’ ibibaba n’iz’ imifumberi n’iz’ ibidorodonzi.


amaguru yar’ ivyuma, ibirenge vyar’ ikivange c’ivyuma n’ibumba.


Zekariya aravuga, ati Mw ijoro nagize ntya, mbona umuntu agendera kw ifarasi y’akagajo, ahagaze hagati y’ibiti vy’imihadasi vyo mu gasōko; kand’ inyuma yiwe hār’ amafarasi y’utugajo n’ay’ utunyomvyi n’ay’ ibitare.


Mbona ijuru ryuguruye, kandi mbona ifarasi y’igitare, ūyivyagiyeko yitwa Mwizigirwa, irindi ni Munyakuri. Aca amateka akarwana intambara mu bugororotsi.


Mbona intebe niniya yera, mbona n’Iyivyagiyeko, isi n’ijuru bihunga mu nyonga hayo, aho vyahora ntihaba hakiboneka.


Mbona ifarasi y’igitare, kand’ ūyicayeko yar’ afise umuheto, ahabga igitsibo, agenda anesha, kandi ngo yame anesha.


Mbona ifarasi ibenjutse; kand’ ūyicayeko yitwa Rupfu, Kuzimu na we aramukurikira; bahabga ububasha ku kigira kane c’isi, ngo babicishe inkota n’inzara n’urupfu n’ibikōko vyo kw isi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ