Zekariya 5:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Maze nunamuye amaso, mbona abagore babiri baje, bakubebga n’umuyaga mu mababa yabo; kandi bāri bafise amababa nk’ay’ agasōza; baterura iyo efa, bayicana mu kirēre hagati y’isi n’ijuru. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |