Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Zekariya 4:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Kand’ impande zompi har’ ibiti vy’imyelayo bibiri, kimwe i buryo bga wa mubehe, ikindi i bumoso.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Zekariya 4:3
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

umugozi w’urutsinga rw’ifeza utaracika, urwavya rw’izahabu rutarameneka, umubindi utaramenekera ku mugezi, ikurudumu itarapfira kw iriba;


Arambarira, at’ Arya ni bamwe babiri bārobanujwe amavuta, bama bahagaze hafi ya Nyen’ isi yose.


Ariko namb’ amashami amwe yarahanyuwe, nawe ur’ ikija ca elayo watewe nk’ingurukizi hagati mu mashami, usangira na yo ubukame bg’igishitsi ca elayo bgite,


Kuko, ko wahanyuwe ku giti cameze ar’ ikija ca elayo, ugaterwa nk’ingurukizi muri elayo nziza, mudasangiye ubgoko, ba bandi babusangiye ntibazorushiriza cane guterwa muri elayo yabo?


Abo ni bo biti vy’imyelayo bibiri n’ibiterekwakw amatara bibiri, bihagaze imbere ya Nyen’ isi.


Umwelayo uravyishura, uti Mbeg’ aho noheba amavuta yanje, kand’ ari yo atuma nubahwa n’Imana n’abantu, ngo nje kwirirwa ndahungabana hejuru y’ibiti?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ