Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Zekariya 4:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Arambaza, at’ Arya ntuzi ukw asobanurwa? Ndamwishura, nt’ Oyaye, mugenzi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Zekariya 4:13
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nongera kumubaza ubugira kabiri, nt’ Arya mashami abiri y’imyelayo, ar’ impande zompi z’imibirikira y’izahabu ukw ar’ ibiri, akīkāmūramw’ amavuta asa n’izahabu, asobanurwa ate?


Nuko mbaza umumarayika twavugana, nti Mbeg’ ivyo bisobanurwa bite ga mugenzi?


Maz’ umumarayika twavugana arambaza, ati Mbeg’ ivyo ntuzi uko bisobanurwa? Ndamwishura, nt’ Oyaye mugenzi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ