Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Zekariya 4:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Nongera kumubaza ubugira kabiri, nt’ Arya mashami abiri y’imyelayo, ar’ impande zompi z’imibirikira y’izahabu ukw ar’ ibiri, akīkāmūramw’ amavuta asa n’izahabu, asobanurwa ate?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Zekariya 4:12
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mu mwaka ugira kabiri umwami Dariyo ari ku ngoma, mu kwezi kwa gatandatu, ku musi wakwo wa mbere, ijambo ry’Uhoraho ryavugiye muri Hagayi uwavugishwa na we, ritumwe kuri Zerubabeli icēgēra c’uwo mwami i Buyuda, mwene Sheyalitiyeli, no kuri Yosuwa umuherezi mukuru, mwene Yehozadaki,


Maze ndamubaza, nt’ Irya myelayo ukw ar’ ibiri, umwe ur’ i buryo bg’igiterekwakw amatara, uwundi ukaba i bumoso, isobanurwa ite?


Arambaza, at’ Arya ntuzi ukw asobanurwa? Ndamwishura, nt’ Oyaye, mugenzi.


Arababgira, at’ Igikombe canje koko muzokinywerako, ariko gutanga ivyicaro i buryo bganje n’i bumoso, s’ivyanje, atar’ abo Data yabiteguriye.


Abo ni bo biti vy’imyelayo bibiri n’ibiterekwakw amatara bibiri, bihagaze imbere ya Nyen’ isi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ