Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Zekariya 4:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Mbega har’ uwogaya ibikir’ umugero ku musi w’intangamarāra? Bazonezerwa babonye karisho mu ntoke za Zerubabeli. Ya yandi ndwi ni zo nyonga z’Uhoraho, zinyuranganya mw isi yose hirya no hino.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Zekariya 4:10
26 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kand’ inyonga z’Uhoraho zinyuranganya mw isi yose hirya no hino, kugira ngo yerekane ububasha bgiwe bgo gutabara abafise imitima imutunganiye. Mu vyo wakoze ivyo, wakoze ivy’ ubupfu; nuk’ uhereye ubu uzohora ubona intambara.


Kandi nah’ itangura ryawe ryari ritoya, Arikw amaherezo yawe wokwunguka cane.


Avyagiye ku ntebe y’icubahiro, Yitegereza ababa mw isi bose.


Inyonga z’Uhoraho zir’ ahantu hose, Zītegereza ababi n’abeza.


Arikw inzira y’abagororotsi imeze nk’umuco wo mu gatondotondo, Ugenda urushiriza gukayangana gushitsa hakeye rwose.


kugira ngo mwonke, muhāge amaberebere y’ibihahūmuriza, mugutanye munezererwe icubahiro caho c’umureto.


Muzobibona, kand’ imitima yanyu izonezerwa, n’amagufa yanyu azototahara nk’ubgatsi bubisi, kand’ ukuboko kw’ Uhoraho kuzomenyekana mu basavyi biwe, kand’ azorakira abansi biwe.


Kukw inyonga zanje ziri ku nzira zabo zose: ntizinyegejwe ngo sinzibone, kand’ ibigabitanyo vyabo ntibihishijwe inyonga zanje.


Ivyo binyabugingo vyariruka bigakimirana, bisa n’imiravyo irabagiza.


Enda tumenye Uhoraho, tugire umwete wo kumumenya; nk’uk’ umutwenzi ata cowubuza kuza, ni ko na we azoza: azotuzako nk’imvura, nk’ imvura y’umutasuro inyosheje hasi.


Nuko zimaze kurya ubgatsi bgo mu gihugu, mperako ndavuga, nt’ Ewe Mwami Uhoraho, enda se n’ubahangaze ndakwinginze! Mbeg’ aba Yakobo bokira bate, n’ukuntu ar’ inkehwa?


Maze mperako ndavuga, nt’ Ewe Mwami Uhoraho, enda se n’urekereho ndakwinginze! Mbeg’ aba Yakobo bokira bate, n’ukuntu ar’ inkehwa?


uti Mbega ni nde agisigaye muri mwebge yoba yarabonye ubgiza iyi ngoro yahoranye ubga mbere? Ubu ho muyibona mute? Ubu si nk’ubusa mu maso yanyu?


Ehe rāba ibuye nshize imbere ya Yosuwa: kur’ iryo buye rimwe harikw amaso ndwi; ehe nzoricakw amagarwe, ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize; kand’ ukugabitanya kw’ico gihugu nzogukūrah’ umusi umwe.


Imbūri y’ijambo ry’Uhoraho yo ku gihugu c’i Haduraki, izoshinga ibande i Damasiko: kukw abantu bose, n’imiryango yose y’Abisirayeli, bahanze amaso Uhoraho;


arikw akanyamuneza no guhimbarwa biratubereye: kuko murumunāwe uyu yari yarapfuye, non’ arazutse; yari yarahavye, non’ arahabutse.


Mbona hagati ya ya ntebe na vya binyabugingo bine no hagati ya ba bakuru, Umwagazi w’Intama ahagaze, asa n’uwishwe, afise amahembe ndwi n’amaso ndwi, ni vyo Mpwemu ndwi z’Imana, zatumwe kwama zija mw isi yose.


Mbona abamarayika ndwi bama bahagarara imbere y’Imana bahabga inzamba ndwi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ