Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Zekariya 3:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Ndasaba, nti Ni bamwambike igitambara ciza mu mutwe. Nuko bamwambika igitambara ciza mu mutwe, bamwambika n’imyambaro, umumarayika w’Uhoraho ahagazeho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Zekariya 3:5
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nambara ukugororoka, kukansagira, Kuroranya kwanje kwari kumbereye nk’umutamana n’ igitsibo.


umwambike na ca gitambara mu mutwe, ugishireko na ca gitsibo cera.


n’ivyirore, n’imvune zera, n’ibitambara bīteze mu mutwe, n’ubuyonga.


Nzonezererwa cane Uhoraho, umutima wanje uvugirize impundu Imana yanje; kuko yanyambitse imyambaro y’agakiza, akansēsa hejuru umutamana w’ubugororotsi, nk’uk’ umukwe ashazisha igitsibo, kandi nk’uk’ umugeni ashazisha utugenegene twiwe.


Abaherezi iyo binjiye ahēra, ntibaze baveyo ngo baje mu ntangaro, badasizey’ imyambaro yabo y’ubuherezi, kukw ar’ iyera; ariko bambare iyindi myambaro, babone kwegerana n’abantu.


Umumarayika w’Uhoraho yihanikiriza Yosuwa,


wākīre ifeza n’izahabu, ubigiremw’ ibitsibo, uvyambike umuherezi mukuru, Yosuwa mwene Yehozadaki, mu mutwe,


ba bakuru mirongwibiri na bane baca bikubita imbere y’Īvyagiye kur’ iyo ntebe, bagasenga Ībaho ibihe bitazoshira, bagaterera ibitsibo vyabo imbere y’iyo ntebe, bavuga,


Iyo ntebe yar’ ikikijwe n’izindi ntebe mirongwibiri na zine: kur’ izo ntebe mbona abakuru mirongwibiri na bane bazicayeko, bambaye impuzu zera, no mu mitwe yabo har’ ibitsibo vy’izahabu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ