Zekariya 3:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Uwo mumarayika araheza abarira abamuhagaze imbere, ati Ni mumwambure izo mpuzu z’ubuhoma. Maz’ abarira Yosuwa, ati Rāba ngukūyek’ ukugabitanya kwawe, kandi ngira nkwambike imyambaro ishajije. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |