Zekariya 14:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Kuko nzoba nkoranije amahanga yose ngw atere i Yerusalemu; umurwa uzotsindwa, amazu asahurwe, bafate abagore babende ku kagōbēro; igihimba c’abo ku murwa bazojanwa ar’ inyagano, arikw amasigarira ntazokūrwa kur’ uwo murwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |