Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Zekariya 13:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 arik’ umuntu wese azovuga, ati Sind’ ūvugishwa n’Imana; jewe nd’umurimyi, kuko nagizwe umukozi uhereye mu buto bganje.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Zekariya 13:5
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Amosi yishura Amaziya, ati Sinigeze kuba ūvugishwa n’Imana, canke ngo mbe umwigishwa w’uwo yavugisha, ariko nari nibereye umwungere, nkaba n’umurimyi w’ibiti vy’imisukomora.


Kandi bamubajije, bat’ Izo nguma zo mu biganza vyawe n’iz’ iki? Na we azokwishura, ati N’izo nakomerekeye mu nzu y’abakunzi banje.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ