Zekariya 11:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Vuza induru, wa giti c’umuberoshi, kukw isederi ihenutse, kand’ ibiti vyiza‐vyiza bikaba vyononekaye. Ni muvuze induru, mwa biti vy’ imyeloni vy’i Bashani, kukw ikibira kitāmenwa gihindikiranye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |