Zekariya 10:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Uburake bganje buziriringiye abungere, kandi nzohana impfizi z’impene: kuk’ Uhoraho Nyen’ ingabo aje kugendera umukuku wiwe, ni wo nzu ya Yuda, kand’ azobahindura nk’ifarasi yiwe nziza yo mu ntambara. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |