Zekariya 10:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Kukw ibigirwamana vyitwa terafimu bivuga ubusa, n’abapfumu bakaragura ibinyoma; bavōvōta inzozi z’ibihumbagurano, bakaremeshereza abantu ubusa: ni co gituma abantu bazimira nk’intama, bakagorwa, kuko batagira umwungere. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |