Zekariya 10:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Azoca mu kiyaga kigoye, akubite imipfunda yo mu kiyaga, kand’ uruzi rwa Nili muri nyina hose hazokama: ubgibone bga Ashuri buzocishwa bugufi, n’icumu ry’ umwami wa Egiputa rizovaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |