Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Zekariya 1:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Maz’ Uhoraho anyereka abacuzi bane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Zekariya 1:20
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ni co catumye ubagabura mu maboko y’abansi babo babashira mu vyago. Maze babonye bari mu vyago, ngo bagutakambire ukabumva uri mw ijuru, ukarungika ababatabara, bakabakūra mu maboko y’abansi babo kubg’ imbabazi zawe nyinshi.


Umucuzi acura incabiti, akayivugutira mu makara, akayikubitisha inyundo, akayicurisha ukuboko kwiwe kw’ inkomezi: yamara yasonza, agacika intege; atanyoye amazi, agaheza akagwa umwumwa.


Kand’ abatabazi bazodūga ku musozi Siyoni, ngo bacire urubanza umusozi wa Esau; kand’ ubgami buzoba ubg’ Uhoraho.


Ibihindizo vyawe bizoba ivyuma n’imiringa, Kand’ ukw imisi yawe ingana, ni kw inkomezi zawe zizongana.


ut’ Arikw Abisirayeli, igihe bādūga bava muri Egiputa, bāciye mu bugaragwa bashika ku Kiyaga Gitukura; hanyuma bashika i Kadeshi.


Uti Hanyuma baca mu bugaragwa, bagendana urubibe rw’igihugu ca Edomu n’ic’ i Mowabu, bashika ku ruhande rw’i burasirazuba rw’igihugu c’i Mowabu, basagaza hakurya ya Arunoni; ut’ Ariko ntibārenze urubibe rw’i Mowabu, uti Kuko Arunoni ari rwo rwar’ urubibe rwaho.


Maz’ Uhoraho arungika Yerubayali na Bedani na Yefuta nanje Samweli, arabarokora, abakūra mu maboko y’abansi banyu impande zose, mwībēra amahoro.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ