Zefaniya 3:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Naranduye amahanga, iminara yabo isigaye ar’ imisaka; nashibije inzira zabo, bituma ata wukihahita; ibisagara vyabo birasanganguwe, bituma hatakibonekay’ umuntu, kand’ ata wukihaba na mba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |