Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Zefaniya 2:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Ibiyaya vyo ku kiyaga bizosigara ar’ uburagiro gusa, har’ ibirāro vy’abungere n’impongore z’imikuku.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Zefaniya 2:6
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ibisagara vyo muri Aroweri bicitse imisaka; hazoba ah’ imikuku, ni yo izohagandagaza, nta kizoyikanga.


Ico gihe imyagazi y’intama izorisha nk’ah’ ari mu canya cayo, kand’ ivyo mu matongo y’abakire abayerera ni bo bazobirya.


Kandi n’imisozi yose yahora irimishwa isuka, ntuzohēgēra kubgo gutinya imikere n’amahwa, ariko hazoba aho kurishwa umwagambo n’inka, no guhonyangwa n’intama.


Kand’ uku ni ko mvuze, jewe Uhoraho Nyen’ ingabo, nt’ Aha hantu hakomvomvowe ata muntu agisigayeho cank’ igitungwa, no mu bisagara vyaho vyose ar’ uko, hazosubira kuboneka amarāro y’abungere bavyagiza imikuku yabo.


Kand’ ahitwa i Raba nzohahindura ibirāro vy’ingamiya, n’igihugu c’Abamoni kibe ubugaramango bg’imikuku: nuko muzomenya yuko jewe nd’Uhoraho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ