Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Zefaniya 2:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Gaza hazohebga, Ashikeloni hahinduke imisaka: abo muri Ashidodi bazokwirukanwa ku murango w’amashōka, na Ekuroni hazorandurwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Zefaniya 2:4
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Canke n’ikīza kigendagendera mu mwiza, Canke n’agatikizo kayogeza mu mashōka.


Yemwe Bufilisitiya bgose, nta co munezerezwa n’ukw inkoni yabakubita ivunitse; kuko mu gishitsi c’inzoka hagiye kuvamw’ imvuvyi, kand’ uruvyaro rwayo ruzoba inzoka iguruka y’ubumara buturira.


Abapfakazi babo baragwiriye kurusha umusenyi wo ku kiyaga imbere yanje: nabagomoreye abanyazi ku murango w’amashōka, ngomoreye nyina w’abahungu; namusutseko giturumbuka umubabaro n’ ibiteye ubgoba.


bo n’amahanga yose y’ikivange, n’abami bose bo mu gihugu ca Uzi, n’abami bose bo mu gihugu c’i Bufilisitiya, n’i Ashikeloni n’i Gaza n’i Ekuroni, n’amasigarira yo muri Ashidodi,


bati Mutonde urugamba tumurwanye; ni mukūre hasi tudūge ku murango w’amaminangohe. Bat’ Ewe turagowe, kuk’ umusi ukuze, kand’ ibitūtu vy’ubgīra bikaba bimaze ibihugu!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ