Yuda 1:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 mwizigamire mu rukundo rw’Imana, mwiteze imbabazi z’Umwami wacu Yesu Kristo zibashitsa ku bugingo budashira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Mwizigamire mu rukundo rw’Imana mu kurindira ko Umwami wacu Yesu Kristo, mu mbabazi ziwe, abaha ubugingo budashira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |