Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yoweli 3:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Arikw i Buyuda hazokwamaho gushitsa ibihe bidashira, bo n’i Yerusalemu uk’ urunganwe ruzogenda rukurikirana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yoweli 3:20
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ni witegereze i Siyoni, umurwa twagiriramw’ imisi mikuru yacu: amaso yawe azobona i Yerusalemu hasigaye hatsimbataye har’ amahoro, ar’ ihema ritazokūrwaho, imambo zaryo ata ho zizoshingūrwa, ata n’ umugozi waryo uzocika.


Bazoba mu gihugu nahaye umusavyi wanje Yakobo, aho ba sekuruza bāba: ni ho bazoba, bo n’abana babo n’abuzukuru babo, ibihe bidashira. Kandi Dawidi umusavyi wanje azoba umwami wabo gushitsa ibihe bidashira.


Kandi nzobateragira mu gihugu cabo, ntibazosubira kurandurwa mu gihugu cabo nabahaye, ni k’Uhoraho Imana yawe igize.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ