Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yoweli 3:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Egiputa hazocika amatongo, na Edomu hazohinduka ubugaragwa bg’uruharabuga, bazize inabi bagiriye Abayuda, kuko mu bihugu vyabo bahavishirije amaraso y’abatācumuye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yoweli 3:19
19 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uhoraho, ibuka Abanyedomu Ivyo bagize wa musi w’i Yerusalemu; Ni bo bavuze, bati Ni muhasangangure, ni muhasangangure, Mushitse no kw itanguriro ryaho.


Bazohwikira Abafilisitiya b’i burengerazuba, babagwe ku gakanu, bazokwifatanya banyage ab’i burasirazuba; bazorāmvura ukuboko bacakire Abanyedomu n’Abanyamowabu; Abamoni bazobayoboka.


Uhoraho azokamya rwose ikigobe c’ikiyaga ca Egiputa, azozana umuyaga wiwe ururumba, abāngīrire ukuboko rwa Ruzi, arukubite arucemw’ imigezi ndwi, maz’ ajabutse abantu batarinze gukūra inkweto.


Kandi Edomu hazohinduka akajoreza: ūzohaca wese azojorerwa, azovuza agahwa kubg’ ivyago vyaho vyose.


Ivyo nagiriwe nabi bikaba no ku mubiri wanje ni bisubire kuri Babuloni, ni k’ ūzoba ar’ i Siyoni azovuga; amaraso yanje arakora ababa i Bukaludaya, ni ko Yerusalemu hazovuga.


Ni winezererwe, uhimbarwe, ewe mukobga, Edomu we, wibereye mu gihugu c’i Uzi! Nawe igikombe kizodōbēra kiruhe kigushikeko; uzoborerwa, ute agahuzu.


Ivyo Obadiya yeretswe. Uku ni k’Umwami Uhoraho agize ku vy’Abanyedomu. Twumvise inkuru zivuye k’Uhoraho, kandi har’ intumwa itumwe ku mahanga, ngo Ni muhaguruke, natwe nyene dukūre hasi, tubatere, tuje mu ntambara.


Kuk’ umuryano wabaye i Lebanoni uzokwubikizako, n’ukugesera kw’ibikōko kuzogutera ubgoba, uhōwe amaraso y’ abantu, n’umuryano igihugu cabonye, bo n’ibisagara n’ababibamwo bose.


Nzokwongera mbatārūre no mu gihugu ca Egiputa, mbakoranye mbakūre muri Ashuri: maze mbashitse mu gihugu c’i Gileyadi n’i Lebanoni: mbere ntibazohakwirwa.


Kukw ar’ ibigororotse ku Mana kwishura amarushwa abayabatera,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ