Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yoweli 3:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Amasuka yanyu muyavunjavunje, muyacuremw’ inkota, n’inkero zanyu muzivunjavunje, muzicuremw’ amacumu: kand’ umunyantege nke ni yivuge kw ar’ umuhizi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yoweli 3:10
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko namba wiyumvira yuko mur’ ubgo buryo ari ho uzoronka intsinzi mu ntambara, Imana izotuma uneshwa n’abansi; ifise ububasha bgo kugutabara n’ubgo gutuma uneshwa.


Azocira imanza amahanga, atātūre amoko menshi; inkota zabo bazozivunjamw’ amasuka, n’amacumu bazoyavunjamw’ inkero; nta hanga rizobangurira irindi hanga inkota, kandi ntibazokwiga kurwana ukundi.


Mukarishe imyampi, mubangirize inkinzo: Uhoraho yagayambije imitima y’abami b’Abamedi; kukw imigabo yagīriye i Babuloni n’ukuhageseza: kukw ar’ uguhōra kw’Uhoraho, uguhōra yahōye urusengero rwiwe.


Azocira imanza amoko menshi, ahane amahanga akomeye ya kure; inkota zabo bazozivunjavunja bazicuremw’ amasuka, n’amacumu bazoyavunjavunja bayakūremw’ inkero; nta hanga rizobangurira irindi hanga inkota, kandi ntibazokwiga kurwana ukundi.


Kur’ uwo musi Uhoraho azokīranira ababa i Yerusalemu; umunyantege nke wo muri bo kur’ uwo musi azomera nka Dawidi; kand’ inzu ya Dawidi izomera nk’Imana, nk’ umumarayika w’Uhoraho ar’ imbere yabo.


Yesu amubonye aramuhamagara, aramubgira, ati Nyina wanje, urabohowe ubumuga bgawe.


Arababgira, at’ Ariko noneho, ūfise umupfuko w’amahera awujane, n’ūfise isaho ayijane; kand’ ūdafise inkota, ashōre impuzu yiwe ayigure.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ