Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yoweli 2:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Nta wuca ku wundi, umuntu wese aramiriza ah’atumbereye; bīroha mu macumu, nta kibahagarika.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yoweli 2:8
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nukw atondesha abantu bose kur’ iyo ngoro, uhereye ku ruhande rw’i buryo ugashitsa ku rw’i bumoso, bakīkūza igicaniro n’iyo ngoro ah’ umwami ari, impande zose, umuntu wese afise ibirwanishwa mu ntoke.


Nuko Hezekiya agumya umutima, asanura uruzitiro aho rwari rwarasenyutse hose, arwubakakw iminara, yubaka n’urundi ruzitiro inyuma yarwo, akomeza n’i Milo mu gisagara ca Dawidi; arondeza ibirwanishwa n’inkinzo vyinshi cane.


Nukw abubaka uruzitiro n’abikorezi n’ababakorera, umuntu wese yakoresha ukuboko kumwe, ukundi gufashe ikirwanishwa ciwe.


Nuko nanje na bagenzi banje n’abantu banje n’abarinzi bāri kuri jewe, twese twama turāra twambaye, mbere n’ūgiye kuvoma wese yama agenda yitwaje ikirwanishwa ciwe.


Umutima wiwe iwukiza rwa rwobo, N’ubugingo bgiwe ngo ntibgicwe n’inkota.


Ariko ni batayumvira, bazotikizwa n’inkota, Bazopfa batāmenye ubgenge.


Inzige ntizigira umwami, Yamara zigenda zose zīciye imice;


Iminago yo kuri wewe n’umurima w’amakomamanga, wama ivyiza; Urimwo koferu n’uduti twa narada,


Muri bo nta wuzoruha canke ngw atsitare, nta wuzohunyiza canke ngw asinzire; n’umukanda bakenyeje ntuzokenyuruka, kandi n’utugozi tw’inkweto zabo ntituzocika;


Bīrasa nk’abahizi; būrira inzitiro z’amabuye nk’abagabo b’abarwanyi; umuntu wese aramiriza imbere yiwe, nta wizanguza.


Batera igisagara, bakarengera inzitiro z’ amabuye biruka, bakūrira amazu bakayītera imbere, bagaca mu madirisha nk’ibisuma.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ