Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yoweli 2:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Bīrasa nk’abahizi; būrira inzitiro z’amabuye nk’abagabo b’abarwanyi; umuntu wese aramiriza imbere yiwe, nta wizanguza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yoweli 2:7
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ewe kuntu Sauli na Yonatani bākundwa, kand’ ar’ abanyagikundiro! Nta cabatandukanije mu kubaho kwabo canke mu gupfa kwabo. Bārusha inkukuma kunyaruka, Bārusha n’intambge gukomera.


Uwo musi Dawidi aravuga, at’ Ūgomba gutera Abayebusi, n’ adūgane umugende w’amazi, abone gutera ivyo bimuga n’impumyi umutima wanje wanka. Ni co catumye bavuga, ngo Nta mpumyi cank’ ibimuga bizoshobora kwinjira mu ngoro.


Abo mu Basheri bashobora kuja mu ntambara, bakamenya uburyo bgo gutondesha urugamba, bār’ ibihumbi mirongwine.


Yiyongeranya kunca ibihengeri, Insūmiye imeze nk’ikigatanya.


Rimeze nk’umukwe asohoka ava mu nzu i we, Rinezerwa nk’umunyenkomezi ryiruka mu nzira yaryo.


Inzige ntizigira umwami, Yamara zigenda zose zīciye imice;


Ni mwūrire ku nzitiro zaho, muhonnye; yamara ntimuherengeteze rwose: mukūreh’ amashami yaho, kukw atar’ ay’ Uhoraho.


Nta wuca ku wundi, umuntu wese aramiriza ah’atumbereye; bīroha mu macumu, nta kibahagarika.


Batera igisagara, bakarengera inzitiro z’ amabuye biruka, bakūrira amazu bakayītera imbere, bagaca mu madirisha nk’ibisuma.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ