Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yoweli 2:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Kuza kwabo guca amahanga ivutu, yose arajonjogora mu maso.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yoweli 2:6
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kuko mpindutse nk’umukuza w’urusato umanitswe ku mwotsi; Ariko sinibagira ivyo washinze.


Bazokwiheba; umubabaro n’uburibge bibafate; bazobabara nk’umugore ari ku nda; bazorābana bumirwe; kandi mu maso habo hazohindurira nk’umuriro.


Banza mubaze, murābe ko hogira umugabo aja ku nda ngw avyare: none n’iki gitumye mbona umugabo wese yifashe ku mafyinga nk’umugore aramutswe, mu maso ha bose hagahindurira?


Ereg’ ikibabaje wa mukobga ari bo bgoko bgacu, nanje kirambabaje: ndiraburaniwe, mfashwe n’agatengo.


Noneho mu maso habo hasigaye harusha imivyiro kwirabura; ntibakimenyekana mu nzira: Urukoba rwabo rumatanye n’ amagufa; rwārūmye nk’igiti.


Hasigaye ubusa, barahogeje, bahasize ar’ umusaka; umutima wahavuyemwo, amavi arakomangana, ukwihebura kuhaciye umugongo, mu maso ha bose harajonjogoye.


Urwobo rw’intambge rwabaye iki, n’irīro ry’imigunza, ah’ intambge n’ingore yayo n’ivyana vyazo vyatahukira, ata co vyicura?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ