Yoweli 2:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Umuriro ugenda urayigiza imbere yabo, kand’ inyuma yabo hasigara harāka ibirimi vyawo: imbere yabo igihugu kimeze nka rya tongo ryo muri Edeni, na ho inyuma yabo hasigara ar’ ubugaragwa bg’ibitongozi; eka nta wuzobakira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |