Yoweli 2:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 imitima yanyu abe ari yo mutabura, ariko s’impuzu zanyu, kandi mugaruke k’Uhoraho Imana yanyu: kukw ar’ inyabuntu, yuzuye imbabazi, iteba kuraka, igira ikigongwe cinshi, kandi yigarura ngo ntizane ikibi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |