Yohana 9:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Abandi bati Ni we; abandi bat’ Oya, n’uwo basa. Na we arababgira, ati Ni jewe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Bamwe baravuga bati: “Ni we.” Ariko abandi baravuga bati: “Oya, ni uwo basa.” Ariko wa muntu arababwira ati: “Ni jewe!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |