Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 9:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Avuze ivyo, acira amate hasi, avurungisha amate utwondo, araheza amusīga utwo twondo ku maso;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Ahejeje kuvuga ayo majambo, acira amate hasi, avuruga utwondo akoresheje ayo mate; adusiga ku maso ya wa muntu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 9:6
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ni ho impumyi zizohumūka, n’ibipfamatwi bizozibūrwa.


Agikūra mw ishengero, aracihererana, agishira intoke mu matwi, acira amate, agikora ku rurimi.


Afata iyo mpumyi ukuboko, ayikūra mu mihana, acira amate mu maso yayo, ayirambikakw ibiganza, arayibaza, ati Har’ ico ubona?


Na we arabishura, ati Wa muntu yitwa Yesu yavurunze utwondo, atunsīga ku maso, arambgira, ati Ja kuri Silowamu wiyuhagire; nuko ndagenda, ndiyuhagira, ndahumūka.


ndakugīra inama, ungurekw izahabu yakūwekw inkamba n’umuriro, ubone kuba umutunzi; ungureko n’impuzu zera, ubone kwambara, isoni z’ubgambure bgawe ntizigaragare; kand’ ungureko n’umuti wo gusīga ku maso, ubone guhumūka.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ