Yohana 9:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Yesu arabishura, at’ Uyu ntiyakoze icaha, kandi s’abavyeyi biwe, ariko n’ukugira ngw ibikorwa vy’Imana bibonekere kuri we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Yesu arabishura ati: “Ntivyavuye ku vyaha vyiwe canke ku vy’abavyeyi biwe, ariko ibi vyabaye kugira ngo ubushobozi bw’Imana bwiyerekanire muri we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |