Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 9:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Baramubaza, bat’ Ari hehe? Ati Sindahazi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Baramubaza bati: “None uwo muntu ari he?” Arababwira ati: “Sindahazi.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 9:12
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ Abayuda bamurondera mur’ iyo misi mikuru, bati Mbega wa wundi ari hehe?


Na we arabishura, ati Wa muntu yitwa Yesu yavurunze utwondo, atunsīga ku maso, arambgira, ati Ja kuri Silowamu wiyuhagire; nuko ndagenda, ndiyuhagira, ndahumūka.


Umwe yahora ar’impumyi bamujana ku Bafarisayo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ