Yohana 9:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Na we arabishura, ati Wa muntu yitwa Yesu yavurunze utwondo, atunsīga ku maso, arambgira, ati Ja kuri Silowamu wiyuhagire; nuko ndagenda, ndiyuhagira, ndahumūka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Arabishura ati: “Umuntu bita Yesu ni we yavuruze utwondo atunsiga ku maso, hanyuma ambwira ati: ‘Genda wiyuhagire ku kidengeri c’i Silowamu.’ Naciye njayo ndiyuhagira, none ndabona.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |