Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 8:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Kandi Mose mu vyagezwe yatugeze kwicisha amabuye ben’ abo. None weho uvuga iki?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Ivyagezwe vya Mose bivuga ko umugore nk’uwu akwiye kwicishwa amabuye. None ubivugako iki?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 8:5
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ico gitero kizobicisha amabuye, kibahindikiranishe inkota; cice n’abahungu babo n’abakobga babo, giturire n’amazu yabo.


Umuntu ni yasambana n’ umugore w’uwundi, agasambana na muka mugenzi we, uwo musambanyi n’uwo musambanyikazi ntibaze babure kwicwa.


Ariko Yosefu, umugabo wiwe, kukw ar’ umugororotsi, kandi kukw atagomvye kumutetereza, yiyumvira kumubengera mu mpisho.


Ntimugire ngo naje gusenyura ivyagezwe cank’ amajambo y’abavugishwa n’Imana. Sinaje kubisenyura, naje kubishitsa.


baramubgira, bati Mwigisha, uyu mugore bamuturumbukiyeko arikw arasambana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ