Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 8:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 baramubgira, bati Mwigisha, uyu mugore bamuturumbukiyeko arikw arasambana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Babaza Yesu bati: “Mwigisha, uwu mugore yafashwe ariko arasambana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 8:4
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umuntu ni yasambana n’ umugore w’uwundi, agasambana na muka mugenzi we, uwo musambanyi n’uwo musambanyikazi ntibaze babure kwicwa.


Ariko Yosefu, umugabo wiwe, kukw ar’ umugororotsi, kandi kukw atagomvye kumutetereza, yiyumvira kumubengera mu mpisho.


Abanyabgenge b’ivyanditswe bo n’Abafarisayo bamuzanira umugore, afashwe asambana, bamushira hagati,


Kandi Mose mu vyagezwe yatugeze kwicisha amabuye ben’ abo. None weho uvuga iki?


Umuntu ni yafatwa aryamanye n’umugore w’uwundi, baze babice bompi: abo ukw ari babiri, uwo mugabo yaryamanye n’ uwo mugore, na nya mugore nyene, bapfe; ukw az’ abe ari ko mukūra ikibi muri mwebge Abisirayeli.


Bukeye umugabo wiwe arīkora, aramukurikira, kugira ngw amuhōyahōye, amugarukane; ajana n’ umuntu wiwe n’indogoba zibiri; ashitse i wabo w’uwo mugore, se wa nya mugore amubonye, aza kumusanganira anezerewe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ