Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 7:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Mwebge ni mudūge kumara iyo misi mikuru, ariko jeho sindayidūgako, kukw igihe canje kitaragera.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Mwebwe nimugende ku musi mukuru. Jewe sinjayo kuko igihe canje kitarashika.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 7:8
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Arabishura, ati Ni muje mu gisagara kwa ntuze, mumubarire, mut’ Umwigisha agize ngw Igihe ciwe kiri hagufi, agira asangirire ivya Pasika n’abigishwa biwe i wawe.


Yesu aramwishura, ati Duhūriye hehe ga nyina wanje? Igihe canje ntikiragera.


Buno barondera ingene bomufata, ariko ntihagira ūmukozako n’intoke, kukw igihe ciwe kitaribgagere.


Maze Yesu arabishura, at’ Igihe canje ntikiragera, arikw igihe canyu co, cama kiriho.


Ayo majambo yayavugiye mw iyakīriro ry’amashikanwa, arikw arigisha mu rusengero; kandi nta n’umwe yamufashe, kukw igihe ciwe kitaribgashike.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ