Yohana 7:52 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)52 Baramwishura, bati Mbega nawe ur’ uw’ i Galilaya? Sesa urābe yuko har’ ūvugishwa n’Imana yova i Galilaya. [ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe52 Na bo baramwishura bati: “Mbega nawe uva i Galilaya? Urasoma neza Ivyanditswe uzobona ko ata wuvugishwa n’Imana ava i Galilaya!” [ အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |