Yohana 7:47 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)47 Abafarisayo barababaza, bati Mbega namwe mwajimijwe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe47 Abafarisayo barababaza bati: “Mushaka kuvuga ko namwe yabazimije? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Ngo None Hezekiya ntabahende, canke ngw abasuke mu buryo ben’ ubgo; ngo Ntimumwemerere; ngo Kukw ata mana n’imwe y’ihanga na rimwe canke y’igihugu ic’ ari co cose yashoboye gukiza abantu bayo ngo ntibakorokere mu maboko yiwe canke mu maboko ya ba sekuru; ngo Kugira ngw iyanyu na yo ishobore kubamukiza.