Yohana 7:40 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Bamwe mw ishengero bumvise ayo majambo, bati N’ukuri uyu ni wa muntu avugishwa n’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Bumvise ayo majambo, bamwe mu bantu bari aho baravuga bati: “Ni ivy’ukuri uwu muntu ni uwuvugishwa n’Imana!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |