Yohana 7:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 kukw ata wogira ico akora mu mpisho, na we ngw arondere kumenyekana. K’ukora ivyo, ni wiserure mu b’isi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Nta muntu arondera kumenyekana hanyuma ngo akore yinyegeje. Ko uriko urakora ibikorwa nk’ibi, niwiyereke isi!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |